(DOWNLOAD) "Guharira Bituma Vyoroha" by Dag Heward-Mills " eBook PDF Kindle ePub Free

eBook details
- Title: Guharira Bituma Vyoroha
- Author : Dag Heward-Mills
- Release Date : January 28, 2019
- Genre: Christianity,Books,Religion & Spirituality,
- Pages : * pages
- Size : 794 KB
Description
Kandi nimwahagarara musenga, nihaba hari ico mupfa n'uwundi, mukimuharire, ngo So wo mw'ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu; ariko nimutãharira abandi, na So WO mw'ijuru ntazobaharira ivyaha vyanyu' (Mariko 11:25-26)
Mbe iyi mirongo ibiri iragutuma ujugumira?
Inyishu yawe iri hano. Muri iki gitabo gikenewe cane, uriga Guharira vyoroshe - kugira nawe uzunezerererwe guharirwa na Data. Iki gitabo kikubere umugenzi gushika ushoboye Guharira vyoroshe kandi vyukuri